Ibiharuro mfatakinza : Ego yatsinze ku majwi 73,18 kw’ijana, Oya ku majwi 19,6 kw’ijana

Inyuma y’ibiharuro vyatororokanijwe mu ntara zose vyerekana ivyavuye mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro yabaye kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018, ibiharuro vy’umurwi utegura amatora ku rwego rw’igihugu CENI, vyerekana ko Ego yatsinze ku majwi 73,18 kw’ijana, mu gihe Oya yaronse amajwi 19,6 kw’ijana, mu ntara 18 zigize igihugu.

Mu ntara 18, ibiharuro bimeze uku :

Muramvya :Ego : 79% , Oya : 15%
Kirundo :Ego : 83,01% , Oya : 12,2 %
Mwaro :Ego : 61,74% , Oya : 27,81%
Rumonge :Ego : 66,52% , Oya : 25,75%
Bubanza : Ego : 80,6% , Oya : 12,55%
Bujumbura Mairie : Ego : 53,1 % , Oya : 44%
Bujumbura province : Ego : 75,74% , Oya:17,6%
Bururi : Ego:71, 96% , Oya : 33,39%
Ruyigi : Ego :72,67% , Oya : 17,7%
Karusi : Ego : 83,76%, Oya : 9,57%
Ngozi : Ego:82,8%, Oya : 10,1%
Makamba : Ego : 65,6%, Oya:26,2%
Gitega :Ego :75,8, Oya :18,3
Muyinga :Ego :81,4, Oya :10,9
Cibitoke : Ego :80,8, Oya : 13,79
Cankuzo : Ego :70,52, Oya : 19,8
Rutana :Ego :62,91, Oya :21,8
Kayanza : 82,45, Oya :18,89

Gushika ku muhingamo wo kuwa gatanu igenekerezo rya 18 Rusama 2018, umurwi CENI wamenyesheje ko muri rusangi amatora yo kwemeza cabke guhakana ibwirizwa nshingiro yagenze neza mu gihugu cose.

Comments

    Iwacu

    (May 25, 2018 - 5:33 am)

    Hahahaha yewe ivyuburundi nabyo !!!

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *