Mwitangazo uwo mushikiranganji yasohoye kuwa 24 myandagaro uyu mwaka, umushikiranganji Ndirahisha yaribukije ko yakuyeho amafranga yo kwiyandikisha ku mashure amwe amwe yigenga. Aho bamaze kuyatoza basabwa guca bayashira ku mafranga y’ishure y’umwaka buca dutangura w’2018 ushira 2019. Ataruko asubizwe abavyeyi nkuko biri muri iryo tangazo. Kuva kuwa kabiri uheze itarike 28 z’uku kwezi kw’umunani, umushikiranganji […]