Ivyo vyabereye ku mitumba ya Ruhembe na Kibaya muri zone Ndora muri komine Bukinanyana Abapfuye bose bagirizwa kuja gucukura ubutare mu kibira kandi ataruhusha bafise. Umwe mu basirikare bakorera mu kibira avugako basanze bariko barimba baca barabarasa hapfamwo 14 abandi batungwa nayo bameze. Gushika ku muhingamo wo kuwa kabiri uheze, hari abatari bwashingurwe. Bamwe mbere […]