Ayo n’amwe mu majambo umunyagihugu umwe mu bubatse mu kibanza cagenewe gutabwamwo ubucafu kiri mu buterere, kubwiwe avuga ati “Leta n’idusamburireko hano, ariko itwubakire hirya “ Abo banyagihugu bose aho bari batekewe n’ubwoba bibaza aho uruvyaro rwabo ruzokika umusaya aho bukera, kubwabo ngo baracafise icizera ko mu gihe Leta yoba iriko irabasaba kuhava, izoheza ikabashumbusha […]