Mu gitondo co kuri uyu wa mbere, ibiro bikuru vya gisirikare vyasohoye ubutumwa bita message ko amafranga yakaswe abasirikare ko bazoyasubizwa mu kwezi kw’u munani. Ayandi mafaranga bazosubizwa ni ayo bahora bakatwa ku kwezi yo guterera amatora yo mu mwaka 2020. Ubwo butumwa busaba abarongoye amakambi atandukanye gusigurira neza abasirikare ko amafranga basanze bakaswe bazoyasubizwa […]