Abanyagihugu bo muri komine Mabanda intara ya Makamba bemeza ko Imbonerakure bihaye gusubirira ubutungane n’igipolisi mu kubaha amategeko. Batanga uturorero tw’abantu babiri bafunzwe kandi bari kuba bararekuwe Abahaba bavuga ko Imbonerakure zankiye icariho c’umushikirizamanza wa republika i Makamba kurekura abantu babiri, mu gikorwa co kugendera abafungwa bari mu ma komisariya y’igipolisi mûri iyo ntara. Vyabaye […]