Kirundo : Umwana yaturiwe ibiganza n’umuvyeyi wiwe

Mu runani rw’amashirahamwe yiyemeje guharanira ineza y’abana (FENADEB : Fédération Nationale pour la Défense des Droits des Enfants au Burundi) basaba abajejwe intwaro hamwe n’ubutungane, ko bokorera hamwe, bagashira kandi inguvu hamwe kugira batuze ingeso imaze iminsi yibonekeza y’abavyeyi bahohotera abana babo. Ishirahamwe FENADEB ribishikirije inyuma y’ayo mu ntara ya Kirundo hari umuvyeyi aturiye ibiganza vy’umwana […]