Reta Zunze Ubumwe za Amerika zerekanye amakenga ku matora y’ibwirizwa nshingiro mu Burundi

  Igihugu ca Reta Zunze  Ubumwe za Amerika kimenyesha ko gitewe impungenge n’amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi, ategekanijwe kuwa 17 Rusama 2018. Umuvugizi wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, amenyesha ko amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi atatunganijwe mu muco. Mw’itangazo rya Reta Zunze Ubumwe za Amerika ryo kur’uyu wa […]

’’Abamenyeshamakuru ba BBC n’Ijwi rya Amerika barafise uburenganzira bwo gukora umwuga wabo’’-CNC

Urwego rw’igihugu rugenzura ingene ibinyamakuru bikora CNC, rumenyesha ko naho amaradiyo BBC y’abongereza n’ijwi rya Amerika yahagaritswe kwumvikana mu Burundi, abamenyeshamakuru bayo bashobora kubandanya bakora umwuga wabo wo kumenyesha amakuru. Mw’itangazo ry’urwego CNC ryo kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 8 Rusama 2018, rumenyesha ko rwakiranye umubabaro ivyashikiye umumenyeshamakuru w’iradiyo Ijwi rya Amerika, mu ntara ya […]