Radio Ntare

RADIO NTARE IKIGANIRO

 

Ikiganiro cya radio ntare.org yagiranye nu mukozi w'imana Ruth Magerano icegera c’umurongozi w'ishirahamwe Deborah akongera akaba umutambukanyi w'u wahoze ari icegera c’umukuru w'igihugu c’Uburundi.

 

Ikiganiro twagiranye na Hon. Frederick Bavuginyumvira . 

 


 

Dr Yohani Minani, yaraye atowe ubwa gatatu kurongora urunani CANARED-GIRITEKA arasigura ingene amatora yagenze, akongera akabeshuza abavuga ko hari ukuboko kwa Reta ya Nkurunziza ku ntsinzi yiwe