Abakinyi ba b’urukino rwo gukubitana ingumu bita boxe barabujijwe kuva muri Gabon

Bose hamwe ni batanu abakinyi batatu ari bo  Ornella Havyarimana, Nestor Nduwarugira na Jean Marie Ndayizeye. Bari kumwe n’abamenyereza babiri ari bo Côme Ndayishimiye umumenyereza hamwe na Eric Ndayishimiye arongoye fédération y’urukino rw’ingumu mu Burundi bita boxe bose ntibemerewe gucaruka ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon. Bari baserukiye u Burundi mu rukino rw’umugabane wa Afrika […]

Primus Ligue : Messager Ngozi imenyesha ko ititeguye gukurikiza ikirangaminsi c’inkino zisigaye

Umurwi Messager Ngozi, ukukira ishuri ry’umupira w’amakuru Academie Le Messager, umenyesha ko utiteguye gukurikiza ikirangaminsi c’inkino zisigaye zo mw’ihiganwa ry’umupira w’amagru mu cicaro ca mbere, mu gihe cose imirwi bahiganwa na cane cane umurwi LLBS4 Afrika itazoba irakwiza inkino hamwe no kwubahiriza urutonde rw’inkino. Amakuru dukesha Elysé Niyubahwe wo mu gisata co kumenyesha amakuru muri […]

CECAFA U17 : Imirwi ya Uganda na Kenya ihiganirwa ikibanza ca gatatu

Imirwi nserukiragihugu y’umupira w’amaguru yo mu gihugu ca Uganda na Kenya y’abatarenza imyaka 17 niyo iza guhiganirwa ikibanza ca gatatu kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 28 Ndamukiza muri za nkino za CECAFA z’abatarenza imyaka 17, ziriko zibera mu Burundi. Urwo rukino rwo kurondera uwutahukana ikibanza ca 3 ruza kubera ku kibuga c’i Buye mu […]