Inyuma y’ingingo zo gusubiramwo ikoreshwa ry’amafaranga y’agaciro mu Burundi zasohowe n’ibanki nkuru ya republika y’uburundi, BRB kw’igenekerezo rya 17 Nyakanga 2019 haramaze gufatwa abavunjayi cumi na babiri kuva kuwa gatatu gushika kuwa kane igenekerezo rya 26 na 26 nyakanga 2019. Uwatanguye gufatwa ni umugwizatunga batazira Kirahwata yagirizwa kudandaza amafaranga y’agaciro kubiciro binyuranye n’ivyo BRB yashinze, […]