Mu misi iheze,habaye amakuru menshi avugako mu rushengero rwa ADPR mu Rwanda hari habaye igikorane co guhimbanza no Gutazira Imana.hari hitabye n’abashitsi b’abazungu bavuye mu mahanga. Igikorane kiriko kiraba,niho hibonekeza umutumire w’umuzungukazi asohoye igitambara gifise amabara nkayi darapo ry’ababana bahuje ibitsina (LGBTQ); ya razunguza nyagitambara incuro nyinshi, mugihe abandi bari gutazira no guhimbanza. Vyarateye amakenga […]
25SEPTEMBER